Suche einschränken:
Zur Kasse

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives)

Durie, Mark / Hegeman, Benjamin

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives)

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko
bushikana ku gukira n'umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw'umusaraba babe mu mwidegemvyo w'ubwiza bw'abana b'Imana (Abaroma 8:21).


Amasengesho ndetse n'ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y'isi. Basanze bishoboye kandi bi¿se ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y'ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy'ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.

CHF 24.90

Lieferbar

ISBN 9781923067097
Sprache run
Cover Kartonierter Einband (Kt)
Verlag Deror Books
Jahr 20240101

Kundenbewertungen

Dieser Artikel hat noch keine Bewertungen.